Uburundi burangwa n'iyubahirizwa ry'agateka ka zinamuntu, bugashikira iterambere ry'imibereho n'imico ndangakaranga myiza kandi burangwa n'inzego zitwararika na ntaryo agateka ka wina muntu.